Agashya , ibirori rurangiranwa bya oscar 2017 bahaye igihembo film baza gusanga bari bayibeshyeho


Filime La La Land yabanje guhabwa agashimwe katsindiwe na filime MoonlightUwufise ububasha kw’isanamu

Filime La La Land yabanje guhabwa agashimwe katsindiwe na filime Moonlight
Ibirori rurangiranwa kw’isi Oscar 2017, vyo gutanga udushimwe ku ma filime yarushije ayandi ribera muri Amerika, vyasozerewe n’akamaramaza mu guha agashimwe filme itariyo.
Agashimwe ka filime ifise amasanamu meza kurusha izindi, Best Picture, kari kabanje guhabwa filime La La Land, abayikinye n’abayiteguye baza imbere kwakira ako gashimwe batangura no gushikiriza amajambo.
Ariko abateguye ibiroro baciye babagarikwa bataraheza, bavuga ko ako gashimwe ahubwo katsindiwe na filime Moonlight, yerekeye umusore w’umwirabura w’umu gay, agerageza gutegera ivy’igitsina ciwe.

Umugabo yari yatangaje filime yatsinze, umukinyi wazo Warren Beatty, yaciye asigura ko yahawe ibahasha itariyo.
PricewaterhouseCoopers, ikigo kijejwe guharura amajwi filime zaronse kugira barabe iyatsinze, casavye ikigongwe kuri ayo makosa.

Advertisements

Leave a Reply

Please log in using one of these methods to post your comment:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s